Ivyahishuriwe Yohana 12:7
Ivyahishuriwe Yohana 12:7 RUN1967
Mw ijuru havyuka intambara. Mikayeli n’abamarayika biwe barwanya ca gisato: igisato kirwanana n’abamarayika baco.