Bible App logo
Search Icon

Ivyahishuriwe Yohana 12:14-16

Ivyahishuriwe Yohana 12:14-16 RUN1967

Umugore ahabga amababa abiri y’inkukuma nini, kugira ngw agurukire mu bugaragwa ahantu hiwe, ah’ agaburirirwa igihe n’ibihe n’igice c’igihe, arindwa ico kiyoka. Ico kiyoka gisendanisha amazi nk’uruzi avuye mu kanwa kaco inyuma y’uwo mugore kugira ngo kimutwaze uruzi. Isi itabara uwo mugore, yasamika akanwa kayo, imira uruzi ca gisato casendanishije.

Free Reading Plans and Devotionals related to Ivyahishuriwe Yohana 12:14-16