Ivyahishuriwe Yohana 12:11
Ivyahishuriwe Yohana 12:11 RUN1967
Na bo bamuneshesheje amaraso y’Umwagazi w’Intama n’ijambo ryo gushinga intahe kwabo, ntibakunda amagara yabo, ntibanka no gupfa.