Bible App logo
Search Icon

Ivyahishuriwe Yohana 12:10

Ivyahishuriwe Yohana 12:10 RUN1967

Mw ijuru numva ijwi rirenga, riti Noneh’ agakiza karashitse, gashikanye n’ubushobozi n’ubgami bg’Imana yacu n’ububasha bga Kristo wayo: kuk’ Umurezi wa bene Data akororewe hasi, yahora abarega ku murango no mw ijoro imbere y’Imana yacu.

Free Reading Plans and Devotionals related to Ivyahishuriwe Yohana 12:10