Ivyahishuriwe Yohana 12:1-2
Ivyahishuriwe Yohana 12:1-2 RUN1967
Ikimenyetso gihambaye kiboneka mw ijuru: umugore yambaye izuba, ukwezi kwari musi y’ibirenge vyiwe, mu mutwe yambaye igitsibo c’inyenyeri cumi na zibiri: kandi yar’ akuriwe, atura akaborogo, kukw aramutswe, ababazwa n’ibise.





