Abanyefeso 4:22-24
Abanyefeso 4:22-24 RUN1967
kubabgira ku vy’ingeso zanyu za kera ngo mwiyambure wa muntu wa kera, abozwa n’ukwifuza kw’uruhendo; mugahinduka basha mu mpwemu y’ubgenge bganyu, mukambara wa muntu musha, yaremwe mw ishusho y’Imana mu kugororoka no mu kwera kw’ukuri.






