Ivyakozwe N’intumwa 24:25
Ivyakozwe N’intumwa 24:25 RUN1967
Akirikw aravuga ivy’ ukugororoka n’ivy’ ukwirinda n’ivy’ amateka azocibga, Feliki aranduka umutima, aramubarira, at’ Ubu ni wīgīre, ni naronka uburyo bgiza nzogutumako.