1
Zakariya 8:13
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Nk’uko mwebwe, Abayuda n’Abisirayeli, mwabaye umuvumo mu mahanga, ni ko nzobakiza, kandi muzoba umugisha. Ntimutinye, ahubwo amaboko yanyu nakomere.”
Compare
Explore Zakariya 8:13
2
Zakariya 8:16-17
Ibi ni vyo mukwiye gukora: muvugane ukuri na bagenzi banyu, kandi muce imanza z’ukuri kandi zibereye mu bucamanza bwanyu; ntimugire inama zo kugirira bagenzi banyu nabi, kandi ntimukunde kurahira ibinyoma. Ivyo ndavyanka,” ni ko UHORAHO avuze.
Explore Zakariya 8:16-17