Zakariya 8:16-17
Zakariya 8:16-17 BKC
Ibi ni vyo mukwiye gukora: muvugane ukuri na bagenzi banyu, kandi muce imanza z’ukuri kandi zibereye mu bucamanza bwanyu; ntimugire inama zo kugirira bagenzi banyu nabi, kandi ntimukunde kurahira ibinyoma. Ivyo ndavyanka,” ni ko UHORAHO avuze.





