1
Mika 7:18
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Ni iyihe Mana imeze nkawe, iharira icaha, ikababarira ibigabitanyo vy’amasigarira y’ishamvu yiwe? Ntiwama uratse ibihe vyose ahubwo uhimbarwa no kugira imbabazi.
Compare
Explore Mika 7:18
2
Mika 7:7
Ariko jeho nzokwitega UHORAHO nizigiye, nzororera Imana Umukiza wanje; Imana yanje izonyumva.
Explore Mika 7:7
3
Mika 7:19
Uzosubira kutugirira ikigongwe; uzosiribangira ivyaha vyacu musi y’ibirenge vyawe n’ibigabitanyo vyacu uzobita i bwina mu kiyaga.
Explore Mika 7:19