Mika 7:18
Mika 7:18 BKC
Ni iyihe Mana imeze nkawe, iharira icaha, ikababarira ibigabitanyo vy’amasigarira y’ishamvu yiwe? Ntiwama uratse ibihe vyose ahubwo uhimbarwa no kugira imbabazi.