1
Mika 5:2
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
“Ariko wewe Betelehemu Efurata, naho uri muto mu bisagara vy’umuryango wa Yuda, muri wewe hazomviramwo uwuzoganza Abisirayeli, kandi amamuko yiwe ni aya kera, yamyeho uhereye mu bihe vya kera.”
Compare
Explore Mika 5:2
2
Mika 5:4
Azohaguruka aragire umukuku wiwe ari mu nkomezi z’UHORAHO, mu cubahiro c’izina ry’UHORAHO Imana yiwe. Maze bazokwibera amahoro, kuko muri ico gihe ubukuru bwiwe buzoshika no ku mpera z’isi.
Explore Mika 5:4