1
Mika 3:8
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Ariko jeho, nuzuye inkomezi, nuzuye Mpwemu w’UHORAHO, nuzuye uguca imanza zibereye n’ubuhizi, ngo menyeshe aba Yakobo ibigabitanyo vyabo, n’Abisirayeli icaha cabo.
Compare
Explore Mika 3:8
2
Mika 3:11
Abatware baho baca imanza bariye ibiturire, abaherezi baho bigishiriza kuronka inyungu, kandi abavugishwa baho baragurira kuronka amahera. Ariko bakarondera UHORAHO ngo abashigikire bavuga bati: “Mbega UHORAHO ntari muri twebwe? Nta cago kizodushikako.”
Explore Mika 3:11
3
Mika 3:4
Maze mu nyuma mugatakambira UHORAHO, mutewe n’ivyago ariko ntabishure. Muri ico gihe azobahisha mu nyonga hiwe kubera ibibi mwakoze.
Explore Mika 3:4