1
Mika 2:13
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Uwubacira icanzo azoduga ari imbere yabo; bazomena irembo ry’abansi basohoke. Umwami wabo azobaja imbere mu gusohoka. UHORAHO ubwiwe ni we azobarongora.”
Compare
Explore Mika 2:13
2
Mika 2:1
Baragowe abategura imigambi y’inabi, bakiyumvirira ku buriri bwabo imigambi yo gukora ikibi! Bukeye, bakayishira mu ngiro, kuko babifitiye ubushobozi.
Explore Mika 2:1
3
Mika 2:12
“Umusi umwe yewe Yakobo, nzosubira kubegeraniriza hamwe mwese; ni ukuri nzokwegeranya amasigarira yose y’Abisirayeli. Nzobazana ndabashire hamwe nk’intama mu ruhongore, nk’umukuku uri aho urisha; aha hantu hazosubira kwuzura uruja n’uruza rw’abantu.
Explore Mika 2:12