1
Mika 1:3
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Raba, UHORAHO ariko araza ava iwe; aramanutse aza kandi agendagenda ku dutwe tw’isi.
Compare
Explore Mika 1:3
2
Mika 1:1
Iri ni ijambo UHORAHO yatumye kuri Mika w’i Moresheti ku ngoma ya Yotamu n’iya Ahazi hamwe n’iya Hezekiya, abami b’i Buyuda, ngo avuge ivyo yeretswe kuri Samariya na Yerusalemu.
Explore Mika 1:1