1
Amosi 8:11
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Imisi iraje,” ni ko UHORAHO Nyeninganji avuze, “aho nzorungika inzara mu gihugu; ntizoba ari inzara y’ivyokurya canke inyota y’amazi, ariko izoba ari inzara yo kwumva amajambo y’UHORAHO.
Compare
Explore Amosi 8:11
2
Amosi 8:12
Abantu bazokubita ku kiyaga baje ku kindi, bave mu buraruko baje mu buseruko, barondera ijambo ry’UHORAHO, ariko ntibazoribona.
Explore Amosi 8:12