1
Amosi 7:14-15
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Amosi yishura Amaziya ati: “Sinigeze mba umuvugishwa canke ngo mbe n’umwana w’umuvugishwa, ahubwo nari umwungere kandi narima imisukomora. Ariko UHORAHO yankuye inyuma y’imikuku arambwira ati: ‘Genda, uvugishwe ku bantu banje b’Abisirayeli.’
Compare
Explore Amosi 7:14-15
2
Amosi 7:8
Maze Imana irambaza iti: “Ubona iki ga Amosi?” Ndishura nti: “Mbona umugozi uriko karisho.” Maze Uhoraho aravuga ati: Raba, ndiko ndapimisha karisho abantu banje b’Abisirayeli; sinzosubira kubaziguriza na mba.
Explore Amosi 7:8