1
Amosi 4:13
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Uwabumvye imisozi, uwaremye umuyaga, agahishurira ivyo yiyumvira abana b’abantu, uwuhindura umutwenzi ukaba umwijima, akagendera ku dutwe tw’isi, UHORAHO Imana Mushoboravyose ni ryo zina ryiwe.
Compare
Explore Amosi 4:13
2
Amosi 4:12
“None rero uku ni ko ngiye kukugirira, yewe Isirayeli, kandi kubera nzokugirira gutyo, ga Isirayeli, niwitegure guhura n’Imana yawe.”
Explore Amosi 4:12
3
Amosi 4:6
“Abo mu bisagara bimwe nabateje inzara abo mu bindi bose ndabima indya, ariko na ho nyene ntimwahindukiye ngo mungarukeko,” ni ko UHORAHO avuze.
Explore Amosi 4:6