1
Amosi 5:24
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Ariko nimureke imanza zibereye zitembe nk’uruzi, ukugororoka kumere nk’umugezi udakama!
Compare
Explore Amosi 5:24
2
Amosi 5:14
Nimurondere ivyiza, aho kurondera ibibi, kugira ngo mubeho. Maze UHORAHO Imana Mushoboravyose azobana namwe, nk’uko mubivuga ko abana namwe.
Explore Amosi 5:14
3
Amosi 5:15
Nimwanke ibibi, mukunde ivyiza; muce imanza zibereye mu bucamanza. Kumbure UHORAHO Imana Mushoboravyose yogirira imbabazi amasigarira y’aba Yosefu.
Explore Amosi 5:15
4
Amosi 5:4
Uku ni ko UHORAHO abwira Abisirayeli: “Nimundondere kugira ngo mubone kubaho
Explore Amosi 5:4