1
Ivyakozwe 24:16
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Ni co gituma nkora ibishoboka vyose kugira namane umutima utanyagiriza ikibi na kimwe imbere y’Imana n’imbere y’abantu.
Compare
Explore Ivyakozwe 24:16
2
Ivyakozwe 24:25
Pawulo ariko aravuga ivyerekeye ukugororoka, ukwirinda n’urubanza rugiye kuza, Felisi aca aratinya, aca amubwira ati: “Niwigire, ivyo biramaze. Ninaronka akandi karyo keza nzosubira ndagutumeko.”
Explore Ivyakozwe 24:25
Home
Bible
Plans
Videos