1
Abaroma 7:25
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Imana ishimwe, kubga Yesu Kristo Umwami wacu. Nuko jewe mu mutima wanje njakariye ivyagezwe n’Imana, ariko mu kameremere njakariye ikingera c’icaha.
Compare
Explore Abaroma 7:25
2
Abaroma 7:18
Ndazi yuko muri jewe, mu kameremere kanje, ata ciza kimbamwo: kuko kugomba gukora iciza kubana nanje, ariko kugikora nta kwo.
Explore Abaroma 7:18
3
Abaroma 7:19
Kukw iciza ngomba atari co nkora, arikw ikibi ntagomba akaba ari co nkora.
Explore Abaroma 7:19
4
Abaroma 7:20
Ariko ko nkora ico ntagomba, si jewe nkigikora, ariko n’icaha kimbamwo.
Explore Abaroma 7:20
5
Abaroma 7:21-22
Ni ko mbona ikingera, yuko naho ngomba gukora iciza, ikibi kibana nanje. Nnezererwa ivyagezwe n’Imana mu mutima wanje
Explore Abaroma 7:21-22
6
Abaroma 7:16
Ariko ko nkora ico ntagomba, mba nemeye ivyagezwe kw ari vyiza.
Explore Abaroma 7:16
Home
Bible
Plans
Videos