1
Abaroma 10:9
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Kuko ni wāturisha akanwa yuko Yesu ar’ Umwami, ukizera mu mutima yukw Imana yamuzuye imukūye mu bapfuye, uzokizwa.
Compare
Explore Abaroma 10:9
2
Abaroma 10:10
Kuk’ umutima ari wo umuntu yizeresha, akaronka ukugororoka: kand’ akanwa akaba ari ko yāturisha, akaronka agakiza.
Explore Abaroma 10:10
3
Abaroma 10:17
Nuk’ ukwemera kuva ku kwumva, n’ukwumva kuzanwa n’ijambo rya Kristo.
Explore Abaroma 10:17
4
Abaroma 10:11-13
Kukw ivyanditswe bivuga, ng’ Ūmwizera wese ntazoterwa n’isoni. Nta tandukaniro ry’Umuyuda n’Umugiriki: kuk’ Umwami umwe ar’ Umwami wa bose, ni we afise ubutunzi bukwiye abamwambaza bose; kuko, Umuntu wese azokwambaza izina ry’Uhoraho azokizwa.
Explore Abaroma 10:11-13
5
Abaroma 10:15
Kandi bazosigura ivyiwe bate, batātumwe? Nk’uko handitswe, ngw Ewe kuntu ibirenge vy’abazanye ubutumwa bg’ivyiza ari vyiza!
Explore Abaroma 10:15
6
Abaroma 10:14
None bazokwambaza bate uwo batarizera? Kandi bazokwizera bate uwo batarumva? Kandi bazokwumva bate, ata wabasiguriye ivyiwe?
Explore Abaroma 10:14
7
Abaroma 10:4
Kuko Kristo ari we ivyagezwe bishikirako, kugira ngw aheshe uwizera wese ukugororoka.
Explore Abaroma 10:4
Home
Bible
Plans
Videos