1
Filemoni 1:6
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
kugira ng’ ugufataniriza mu kwizera kwawe gushobore vyinshi kubga Kristo, mu kumenyekanisha ivyiza vyose vyo muri twebge.
Compare
Explore Filemoni 1:6
2
Filemoni 1:7
Kuk’ urukundo rwawe rwanteye umunezero mwinshi rukandemesha, kand’ imitima y’abera warayiruhuye, mwene Data.
Explore Filemoni 1:7
3
Filemoni 1:4
Nshima Imana yanje ubudasība, nguhoza mu kanwa uko nsenze
Explore Filemoni 1:4