1
Ab’i Galatiya 3:13
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Kristo yaducunguye umuvumo w’ivyagezwe, yacitse ikivume kubgacu; kuko handitswe ngw Azoba avumwe umuntu wese amanitswe ku giti
Compare
Explore Ab’i Galatiya 3:13
2
Ab’i Galatiya 3:28
Ntihashobora kuba Umuyuda cank’ Umugiriki, ntihashobora kuba umugurano cank’ uwidegemvya, ntihashobora kuba umugabo cank’ umugore; kuko mwese mur’ umwe muri Kristo Yesu.
Explore Ab’i Galatiya 3:28
3
Ab’i Galatiya 3:29
Ko mur’ aba Kristo, mur’ uruvyaro rwa Aburahamu, mur’ abaragwa nk’uko vyasezeranywe.
Explore Ab’i Galatiya 3:29
4
Ab’i Galatiya 3:14
kugira ng’umugisha wa Aburahamu ushike ku banyamahanga, bawuheshejwe na Yesu Kristo, kugira ng’ukwizera kuturonkeshe Mpwemu twasezeraniwe.
Explore Ab’i Galatiya 3:14
5
Ab’i Galatiya 3:11
Biraseruka yukw ata muntu atsindanishirizwa n’ivyagezwe imbere y’Imana, kuko handitswe ng’ Umugororotsi azobeshwaho n’ukwizera.
Explore Ab’i Galatiya 3:11