1
Kuvayo 22:22-23
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Ntihaze hagire umupfakazi cank’ impfuvyi mucuranguza. Ni mwagira ico mubacuranguzako na gitoya, bakantakambira, sinzobura kwumviriza ugutakamba kwabo
Compare
Explore Kuvayo 22:22-23
2
Kuvayo 22:21
Umunyamahanga ntimuze mumugirire nabi, canke ngo mumuhahaze, kuko namwe mwar’ abanyamahanga mu gihugu ca Egiputa.
Explore Kuvayo 22:21
3
Kuvayo 22:18
Umurozikazi ntimuze mumureke ngw abeho.
Explore Kuvayo 22:18
4
Kuvayo 22:25
Ni hagira ūgurāna amahera umuntu uw’ ari we wese wo mu bantu banje, w’umubanyi wiwe w’umworo, ntaz’ amwugarize mu kumwishuza, kandi ntaz’ amucire ay’ inyungu.
Explore Kuvayo 22:25