1
Ivyakozwe N’intumwa 4:12
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Kandi nta wundi agakiza kabonerwamwo, kukw ata rindi zina musi y’ijuru ryāhawe abantu dukwiye gukirizwamwo.
Compare
Explore Ivyakozwe N’intumwa 4:12
2
Ivyakozwe N’intumwa 4:31
Bahejeje gusenga, aho bakoraniye haratigita, bose buzuzwa Mpwemu Yera, bavuga ijambo ry’Imana bashize amanga.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 4:31
3
Ivyakozwe N’intumwa 4:29
Kandi none, Mwami, rāba agahahirizo kabo, uhe abasavyi bawe kuvuga ijambo ryawe bashize amanga rwose
Explore Ivyakozwe N’intumwa 4:29
4
Ivyakozwe N’intumwa 4:11
Uwo ni we buye mwebge abubatsi mwātītūye, kandi ryahindutse irigumya imfuruka.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 4:11
5
Ivyakozwe N’intumwa 4:13
Babonye ugushira amanga kwa Petero na Yohana, kandi babona ko batigishijwe, atar’ abanyabgenge, baratangara; maze bamenya ko bābana na Yesu
Explore Ivyakozwe N’intumwa 4:13
6
Ivyakozwe N’intumwa 4:32
Kand’ abizeye b’akavuvu bari bahūje umutima n’inama, kandi nta n’umwe yakīmbūkira ikintu cose atunze ngo n’iciwe, ariko vyose bārabisangira.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 4:32
Home
Bible
Plans
Videos