YouVersion Logo
Search Icon

Ivyakozwe N’intumwa 4:32

Ivyakozwe N’intumwa 4:32 RUN1967

Kand’ abizeye b’akavuvu bari bahūje umutima n’inama, kandi nta n’umwe yakīmbūkira ikintu cose atunze ngo n’iciwe, ariko vyose bārabisangira.