1
Ivyakozwe N’intumwa 3:19
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Nuko mwihane, muhindukire, ivyaha vyanyu bihanagurwe, ibihe vyo guhēmbūka bibone ingene biza, bivuye mu nyonga z’Umwami Imana
Compare
Explore Ivyakozwe N’intumwa 3:19
2
Ivyakozwe N’intumwa 3:6
Petero aramubarira, at’ Ifeza n’izahabu nta vyo mfise, arikw ico mfise ndakiguha: mw izina rya Yesu Kristo Umunyanazareti, va hasi utambuke.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 3:6
3
Ivyakozwe N’intumwa 3:7-8
Maz’ amufata ukuboko kw’i buryo, amukūra hasi: ako kanya ibirenge vyiwe n’ingingo zavyo bica birakomera, arabaduka arahagarara, atangura gutambuka, yinjirana na bo mu rusengero, atambuka yitera hejuru, ahimbaza Imana
Explore Ivyakozwe N’intumwa 3:7-8
4
Ivyakozwe N’intumwa 3:16
Kand’ uyu, uwo mubona kandi muzi, kuko yizeye izina ry’uwo, iryo zina ryamuhaye inkomezi: mber’ ukwizera ahawe na we ni kwo kumukirije rwose imbere yanyu mwese.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 3:16
Home
Bible
Plans
Videos