Ivyakozwe N’intumwa 3:7-8
Ivyakozwe N’intumwa 3:7-8 RUN1967
Maz’ amufata ukuboko kw’i buryo, amukūra hasi: ako kanya ibirenge vyiwe n’ingingo zavyo bica birakomera, arabaduka arahagarara, atangura gutambuka, yinjirana na bo mu rusengero, atambuka yitera hejuru, ahimbaza Imana





