1
Matayo 12:36-37
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Ariko ndababwira ko ku musi w’imanza, umuntu wese azobazwa ijambo ryose ritagira ikimazi yavuze. Amajambo yawe ni yo azotuma utsinda canke utsindwa n’urubanza.”
مقایسه
Matayo 12:36-37 را جستجو کنید
2
Matayo 12:34
Mwa bana b’inzoka mwe, mbega mwovuga ivyiza mute kandi muri babi? Erega ivyuzuye mu mutima ni vyo akanwa kavuga.
Matayo 12:34 را جستجو کنید
3
Matayo 12:35
Umuntu mwiza akura ivyiza mu bubiko bwiza bw’umutima wiwe, umuntu mubi na we agakura ibibi mu bubiko bubi bw’umutima wiwe.
Matayo 12:35 را جستجو کنید
4
Matayo 12:31
Ni co gituma ndababwira ko icaha ico ari co cose, n’ugutuka Imana ukwo ari kwo kwose abantu bashobora kubiharirwa, ariko gutuka Mpwemu Yera ntibazoshobora kubiharirwa.
Matayo 12:31 را جستجو کنید
5
Matayo 12:33
Igiti iyo ari ciza n’ivyamwa vyaco biba vyiza, kandi igiti iyo ari kibi n’ivyamwa vyaco biba bibi; kuko igiti cose kimenyekanira ku vyamwa vyaco.
Matayo 12:33 را جستجو کنید
خانه
كتاب مقدس
برنامههای مطالعه
ویدیوها