1
Itanguriro 11:6-7
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Aravuga ati: “Aba bantu bagiye hamwe kandi bavuga ururimi rumwe. Ko batanguye gukora ibi, nta kintu na kimwe bazoshaka gukora kizobananira. Reka tumanuke dutume haba indimi nyinshi, maze bazazanirwe vyanke ko bumvikana.”
مقایسه
Itanguriro 11:6-7 را جستجو کنید
2
Itanguriro 11:4
Baravuga bati: “Nimuze twiyubakire igisagara gifise umunara ushika mw’ijuru. Ivyo bitume tumenyekana cane kandi bitume tudashwiragira kw’isi yose.”
Itanguriro 11:4 را جستجو کنید
3
Itanguriro 11:9
Ni co gituma ico gisagara ciswe Babeli, kuko aho ni ho UHORAHO yateye abantu kuzazanirwa kubera indimi nyinshi, maze abashwiragiza kw’isi yose.
Itanguriro 11:9 را جستجو کنید
4
Itanguriro 11:1
Muri ico gihe, abantu bose baba kw’isi bavuga ururimi rumwe, bagakoresha n’amajambo amwe.
Itanguriro 11:1 را جستجو کنید
5
Itanguriro 11:5
Maze UHORAHO amanukanwa no kuraba ico gisagara n’umunara abo bantu bariko barubaka.
Itanguriro 11:5 را جستجو کنید
6
Itanguriro 11:8
Uko ni ko UHORAHO yabashwiragirije kw’isi yose, bituma batabandanya kwubaka ca gisagara.
Itanguriro 11:8 را جستجو کنید