Ezayi 36:1
Ezayi 36:1 BIR
Mu mwaka wa cumi n'ine Hezekiya ari ku ngoma, Senakeribu umwami wa Ashūru yateye imijyi ntamenwa yose y'u Buyuda arayigarurira.