Ukuvanwa mu Misri 2:11-12
Ukuvanwa mu Misri 2:11-12 BIR
Musa amaze gukura yagiye gusura bene wabo b'Abaheburayi, abona uko bakoreshwa imirimo y'agahato. Abona Umunyamisiri akubita Umuheburayi. Arakebaguza, abonye nta wundi muntu uhari, yica uwo Munyamisiri amutaba mu musenyi.





