Mika 4:3
Mika 4:3 BKC
Azocira imanza amoko menshi atature amatati hagati y’amahanga akomeye ya kure. Inkota zabo bazozicuramwo amasuka, amacumu yabo bayacuremwo imihoro. Nta hanga rizosubira gutera irindi, kandi ntibazosubira kwiga ivy’intambara.