Mika 2:12
Mika 2:12 BKC
“Umusi umwe yewe Yakobo, nzosubira kubegeraniriza hamwe mwese; ni ukuri nzokwegeranya amasigarira yose y’Abisirayeli. Nzobazana ndabashire hamwe nk’intama mu ruhongore, nk’umukuku uri aho urisha; aha hantu hazosubira kwuzura uruja n’uruza rw’abantu.





