Malaki 1:11
Malaki 1:11 BKC
“Izina ryanje rizoba rurangiranwa mu makungu, kuva mu buseruko kugeza mu burengero. Mu mihingo yose bazonshikanira ibimota neza, n’ishikanwa ryejejwe, kuko izina ryanje rizoba ryabaye rurangiranwa mu makungu,” ni ko UHORAHO Mushoboravyose avuze.





