Yona 2:2
Yona 2:2 BKC
Avuga ati: “Natakambiye UHORAHO ndi mu vyago bikomeye, na we aranyishura. Ndi mu kibanza c’abapfuye, naratakamvye ngo untabare, nawe wumvise ijwi ryanje.