Hagayi 2:9
Hagayi 2:9 BKC
‘Ubwiza bw’iyi Ngoro buzoruta ubw’iya kera,’ ni ko UHORAHO Mushoboravyose avuze. ‘Kandi nzozana amahoro aha hantu,’ ni ko UHORAHO Mushoboravyose avuze.”