YouVersion Logo
Search Icon

Itanguriro 8:21-22

Itanguriro 8:21-22 BKC

UHORAHO anezerezwa n’ubumote bw’ico kimazi, araheza yivugana mu mutima ati: “Sinzosubira kuvuma isi ndayiziza abantu, naho ivyiyumviro vyo mu mitima yabo ari bibi kuva mu buto bwabo. Kandi sinzosubira kurandura ibifise ubuzima vyose nk’uko mpejeje kubikora. Isi ikiriho, igihe co kubiba n’ico kwimbura, igihe c’imbeho n’ic’ubushuhe, igihe c’ici n’ic’agatasi, hamwe n’igihe c’ijoro n’ic’umurango, bizokwamaho.”

Free Reading Plans and Devotionals related to Itanguriro 8:21-22