Itanguriro 37:4
Itanguriro 37:4 BKC
Bene se babonye ko se amukunda kuruta uko abakunda, baca baramwanka ku buryo batashobora kumuvugisha n’umutima mwiza.