YouVersion Logo
Search Icon

Ivyakozwe 9:17-18

Ivyakozwe 9:17-18 BKC

Nuko Ananiya aca aragenda arinjira muri iyo nzu. Maze aca arambika ibiganza kuri Sawuli, avuga ati: “Mwene Data Sawuli, Umwami Yesu, uwakwiyeretse uri mu nzira uza, yakuntumyeko kugira ngo uhumuke kandi wuzure Mpwemu Yera.” Ubwo nyene, ibintu bimeze nk’ibikaragashi biva ku maso ya Sawuli, arahumuka. Ubwo nyene aca ava hasi arabatizwa.

Free Reading Plans and Devotionals related to Ivyakozwe 9:17-18