Ivyakozwe 2:44-45
Ivyakozwe 2:44-45 BKC
Abizera bose baba hamwe kandi bagasangira ivyabo vyose. Bagurisha amatongo n’ivyo batunze vyose, bakagabura amahera, bakurikije ubukene bw’umwumwe wese.