Ivyakozwe 11:23-24
Ivyakozwe 11:23-24 BKC
Ashitseyo akibonera ico ubuntu bw’Imana bwakoze, aranezerwa cane, yongera arabinginga bose ngo bashishikare gukurikira Umwami n’imitima yabo yose. Baranaba yari umuntu w’umugwaneza, yuzuye Mpwemu Yera n’ukwizera. Nuko igitigiri kinini c’abantu bizera Umwami Yesu.





