YouVersion Logo
Search Icon

Abaroma 12:20

Abaroma 12:20 RUN1967

Ariko, Umwansi wawe ni yasonza, umugaburire; ni yagira inyota, umuhe ic’ anywa: kuko ni wagira urtyo, uzoba umurunzekw amakara yaka ku mutwe.