Ivyahishuriwe Yohana 9:3-4
Ivyahishuriwe Yohana 9:3-4 RUN1967
Mu mwotsi havamw’ inzige zija mw isi, zihabga ububasha bgo gukora ivyo sikorupiyo zo kw isi zibasha gukora. Zibgirwa kutagira ico zigira ivyatsi vyo kw isi cank’ ikintu cose kibisi cank’ igiti cose, atar’ abantu batādomwekw ikimenyetso c’Imana mu ruhanga rwabo.





