Bible App logo
Search Icon

Ivyahishuriwe Yohana 9:20-21

Ivyahishuriwe Yohana 9:20-21 RUN1967

Abantu bārokotse, batishwe n’ivyo vyago, ntibihana ivyakozwe n’intoke zabo, ngo bareke gusenga abadayimoni n’ibigirwamana vy’izahabu n’ivy’ ifeza n’ivy’ imiringa n’ivy’ amabuye n’ivy’ ibiti, bidashobora kubona canke kwumva canke kugenda: kandi ntibihana ngo bareke ubgicanyi bgabo, cank’ uburozi cank’ ubushakanyi cank’ ubusuma.

Free Reading Plans and Devotionals related to Ivyahishuriwe Yohana 9:20-21