Ivyahishuriwe Yohana 8:8
Ivyahishuriwe Yohana 8:8 RUN1967
Umumarayika wa kabiri aravuza. Ikimeze nk’igisozi kinini caka umuriro gishiburirwa mu kiyaga; ikigira gatatu c’ikiyaga gihinduka amaraso;