Ivyahishuriwe Yohana 7:17
Ivyahishuriwe Yohana 7:17 RUN1967
kuko wa Mwagazi ari hagati ahahanganye n’iyo ntebe, azobaragira, kand’ azobashōra ku masōko y’amazi y’ubugingo; kand’ Imana izohanagura amosozi yose ku maso yabo.