Bible App logo
Search Icon

Ivyahishuriwe Yohana 5:13

Ivyahishuriwe Yohana 5:13 RUN1967

Kand’ icaremwe cose co mw ijuru no mw isi n’i kuzimu no hejuru y’ikiyaga n’ibiri muri vyo vyose, numva bivuga, bit’ Īvyagiye ku ntebe bo n’Umwagazi w’Intama, umugisha ube uwabo n’icubahiro no guhimbazwa n’ububasha, ibihe bitazoshira.

Video for Ivyahishuriwe Yohana 5:13

Verse Image for Ivyahishuriwe Yohana 5:13

Ivyahishuriwe Yohana 5:13 - Kand’ icaremwe cose co mw ijuru no mw isi n’i kuzimu no hejuru y’ikiyaga n’ibiri muri vyo vyose, numva bivuga, bit’ Īvyagiye ku ntebe bo n’Umwagazi w’Intama, umugisha ube uwabo n’icubahiro no guhimbazwa n’ububasha, ibihe bitazoshira.