Ivyahishuriwe Yohana 4:1
Ivyahishuriwe Yohana 4:1 RUN1967
Hanyuma y’ivyo ndāvye mbona mw ijuru urugi rwuguruye, kandi rya jwi nabanje kwumva rivugana nanje ari nk’iry’ inzamba, rirambgira, riti Dūga uze hano, nkwereke ibikwiye kuzobaho hanyuma y’ivyo.
![[Revelation] At The Throne Ivyahishuriwe Yohana 4:1 Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)](/_next/image?url=https%3A%2F%2Fimageproxy.youversionapi.com%2Fhttps%3A%2F%2Fs3.amazonaws.com%2Fyvplans%2F27004%2F1440x810.jpg&w=3840&q=75)




